Ntabe Ari Twebwe

Ntabe Ari Twebwe

Dudu T. Niyukuri

Альбом: Jubilee
Длительность: 5:21
Год: 2019
Скачать MP3

Текст песни

Yesu tuguhaye icubahiro
Kandi turemeza ko uri umwami
Kuko ivyo waremye biravyemeza
Natwe turi hano kubishingira intahe
Ngo abatakuzi bose bamenye ko atayindi Mana iriho

Ntabe ari twebwe Mwami
Ntabe ari twebwe Yesu
Ariko izina ryawe Data rishirwe hejuru
Kubw'imbabazi zawe n'urukundo rwawe rwinshi udukunda
Mwami ntabe ari twebwe

Muvyo tuvuga, muvyo dukora
Yesu tugomba ngo uhabwe ishimwe
Tugushikaniye imitima ngo ivyo dufise biguhe icubahiro
We Mana imwe rudende
Inganji yawe ni iy'ibihe vyose

Ntabe ari twebwe Mwami
Ntabe ari twebwe Yesu
Ariko izina ryawe Data rishirwe hejuru
Kubw'imbabazi zawe n'urukundo rwawe rwinshi udukunda
Mwami ntabe ari twebwe

Izina ryawe rishimwe
Ubwami bwawe nibuze
Ivyo ushaka vyose bibe
Reka izina ryawe ryamamare

(Ntabe ari twebwe Mwami
Ntabe ari twebwe Yesu
Ariko izina ryawe Data rishirwe hejuru
Kubw'imbabazi zawe n'urukundo rwawe rwinshi udukunda
Mwami ntabe ari twebwe)

(Ntabe ari twebwe Mwami
Ntabe ari twebwe Yesu
Ariko izina ryawe Data rishirwe hejuru
Kubw'imbabazi zawe n'urukundo rwawe rwinshi udukunda
Mwami ntabe ari twebwe)
Mwami ntabe ari twebwe
Mwami ntabe ari twebwe
Mwami ntabe ari twebwe